Entertainmenthomepagemusicpromoted

Umuriyoni w’amarundi niyo mafaranga yaguzwe album yiwe yambere na mugenziwe

Natacha yaraye aguze CD yamugenziwe Masterland 1.000.000 w’amarundi kuri Lacosta Beach,inyuma yayandi yasazanje mubakuzi b’umuziki baraho.

Hari kuri uyu wamungu igenekerezo rya 23 Ruheshi aho haba igiteramo c’itiriwe Ego Concert cari categuwe na Masterland kuri Lacosta Beach aho yashira ahabona album yiwe yambere kumva atanguye urugendo rwiwe rw’ukuririmba. Igiteramo ubona ko kititabiriwe cane  abantu bari bake nkuko twari tubimenyereye kubibona muri ico kibanza.
Umuririmvyikazi Natacha akaba yaguze iyo album amafaranga angana n’umuriyoni w’amarundi akaba yavuze koyabikoze nkuko yabikoze kuri Sat-B  akaba  abikora muntumbero y’ukubashigikira ngo batabikoze bazovyikorera. nacane cane kumuririmyi  Masterland asazwe ariko arayifatamwo neza mu muziki uravye uko ariko arakora,uwomuririmvyikazi nyene yahavuye agenda aririmbiye abakuzi bumuziki baraho.
Mwomenyako album ya Masterland igizwe n’indirimbo cumi na zitanu ikindi nuko igiteramo kitatanguye kumwanya nkuko vyarivyavuzwe kikaba caheze isaha indwi zijoro mugihe bavuga kocariguhera isaha zine zijoro .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 723