Ku mugoroba wo Kuri uyu wa Kabiri niho ya Ndirimbo yari igize imisi irindiranywe igishika cinshi n'abatari bake yahavuye isohoka, iyo nayo ni Faible ya Monia Fleur na Big Fizzo. Iyo ndirimbo yaririndiranywe igishika…
Agahamagazo ka The Ben kahavuye ngo gafatwa n'abajejwe umutekano, inyuma yaho havugiwe ko kibwe, ariko Kandi hakananuganurwa umwe mu baririmvyi bari bicaranye ko ariwe yayivye. Mu makuru yatangajwe, hamenyekanye ko The…
Abamenyeshamakuru b'abanya Kigali batari bake babashije kuboneka I Bujumbura, bamwe bagirizwa gushaka kwica ico giteramo, ariko abandi bazanywe no kurondera amakuru ku bijanye n'ico giteramo. Haraheze imisi uwo…
Ibimenyeshamakuru si vyinshi vyabashije Kuza biravuga ikibiriraho amakuru y'ivyariko biba mu biteramo vya The Ben, uretse gusa amakuru mabi mabi yagiye akwiragizwa hirya no hino. Ukwo kuntu ibimenyshamakuru bitabashije…
Ibura rya Big Fizzo mu giteramo co Kuri uwu w'Imana, igenekerezo rya 1/10, ryateje uruhagarara, kuko hataramenyekana neza neza, igituma uwo muririmvyi atabashije kuririmba muri ico giteramo cari catumiwemwo abaririmvyi…
Big Fizzo ngo naho The Ben azoba ariwe nyene igiteramo kigiye kuzobahuza, ngo araba maso, kuko hari intare 2, agiye kuzosanga I Bujumbura. Mu kiganiro Big Fizzo yaheye umumenyeshamakuru Chita yaherekeje umugwi uje kuraba uko…
Indirimbo yahawe akazina ka Album nshasha ya Apotre Apollinaire, igiye gusohorerwa amasanamu, iyo nayo s'iyindi, n'iyitwa "Ubuntu Bwawe". Umuririmvyi akaba n'umukozi w'Imana Apostle Apollinaire…
Big Fizzo inyuma yaho amenyeshereje muri Indundi Hit show ko Indirimbo za Hip hop zuzuye ngo igihe nicagera zizosohoka, kuko nkuko abarundi bayamaze inkoni ihira igihe, yateje uruhagarara Kuri Facebook yiwe, kubera video…
Nelly Nat azwi cane nk'umunyarusaku ngo nta wokwemera kumushira mu nzu, naho bomuzanana amafaranga. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bagize ico bashikiriza Kuri Post yakozwe n'uwitwa Umuhirwa Kuri…
Umuririmvyi The Ben ngo aritezwe I Bujumbura mu misi iri imbere, nkuko vyatanguye kunuganugwa n'abatari bake, noneho bikemezwa n'iboneka rya Cover ya Conference de Press yitezwe Kuri uyu wa Kabiri. Iryo nuganugwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.