IKIRUNDI_news

Abaririmvyi nka bose berekanye umutima wogufasha Evodie

Evodie ISHIMWE, ni umwana w’imfura wa NIYUNGEKO Esron na MUKAMUSONI Joséphine, ava ku mutumba NGARAMA, zone KAYERO, komine ya Mpinga-Kayove muri Province ya Rutana, ubu akaba aba i Bujumbura.

 

*Evodie ISHIMWE* w’imyaka 23 akaba aremvye kubera, ingwara y’ubushobozi buke bw’amafyigo ku rugero rwa nyuma, insuffisance rénale terminale.
Umuryango ukaba waragerageje kuvuza hose biranka, ukamenyesha ko kugira uyu mwana ashobore kubaho amafyigo yiwe akenewe gusubirizwa (*Transplantation rénale*) bikaba bikorerwa mu bitaro vyo hanze y’Uburundi, mu gisata c’ubuvuzi bw’ingwara z’amafyigo (*Néphrologie spécialisé en transplantation rénale*)

Kugira ngo avurwe bisaba uburyo burenga amadolari y’amanyamerika arenga ibihumbi mirongo ibiri (*20.000 $*), ivyo abavyeyi bonyene batokwisoboza.
Bakaba batera akamo umuntu wese ashoboye gufasha ico kibondo kiri mu bihe bitoroshe, kandi bakaba bizeye ko bashize inguvu hamwe bashobora kurokora ubuzima bwiwe.

Abaririmvyi nka bose bo mugisagara ca Bujumbura bakaba bumvikanye ko uno wa gatanu igenekerezo rya 7 Rusama 2021 bakora igiteramo c’agakura kuri Ingo Club.
kw’injira akaba ari mafaranga ibihumbi 5000 ni ibihumbi cumi, bagahamagarira uwo wese afise icafasha kudasiba aze kwifatanya n’abo k’umuziki utandukanye n’abaririmvyi batandukanye nuwutoshobora gushika akoresha uburyo

*KU BIFUZA GUFASHA BOCISHA UBURYO BWABO MU NZIRA ZIKURIKIRA*:

1) Lumicash ya Esron NIYUNGEKO: 68 718 967
2) Lumicash ya Mukamusoni Joséphine : 61 341135
3) Lumicash ya NIMBABAZI Nadine : 69 092 150
4) Lumicash ya Révérand Pasteur BURATANGAJE Japhet : 69 056 415
5) Ecocash ya NDAYIKEZA Christella :79 429 159
6) Ikonte yo muri CECM No 201057/1 ya ISHIMWE Evodie & Guilgal Ahigombeye, Canke Ikonte yo muri InterBank Burundi No 053864-01-22 ya Mukamusoni Joséphine & *ISHIMWE Evodie*
7) Ikonte ya BCB No 20001-13101-00200002661-08/BIF ya NIYUNGEKO Esron

KUBABA MU BIHUGU VYO HANZE, INTERERANO BOYICISHA KURI:

1. MUKAMUSONI Joséphine et ISHIMWE Evodie:
i. Compte n°20004-18101-00005386402-91 ouvert a l’Interbank Burundi
ii. Iban Code :BI4220004181010000538640291
iii. Monnaie : €uro
iv. Adresse de la banque : 15, Avenue de l’Industrie, Rohero. BP 2970 Bujumbura-Burundi
v. BIC (Code SWIFT) : IBBUBIBI

ABOKENERA KUGIRA IVYO BABAZA BOTUMBERA ADRESSE ZIKURIKIRA:

1.NIYUNGEKO Esron, papa wa *Evodie ISHIMWE* Tele. 68 718 967, WhatsApp : 79 299 097, e.mail :hesironi@gmail.com
2. MUKAMUSONI Joséphine, mama wa *Evodie ISHIMWE*, Tele: 61341135, WhatsApp: 79 573 845, e.mail : josemukamusoni@yahoo.fr
3.NIMBABAZI Nadine, cousine wa *ISHIMWE Evodie*, Tele: 69 092 150

Murakagira ivyo Mutanga nivyo musigarana indundi magazine irifatanije n’umuryango wa Evodie hamwe n’umuryango w’abaririmvyi mu kumwipfuriza kugira amagara meza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037