IKIRUNDI_news

Andy Mwag aguma yandikisha amateka mu makungu

Uretse ko afise ijwi ryiza Andy Mwag aranavuza Guitare solo, bimwe mu bimutandukanya n’abaririmvyi batari cuire mu gihugu c’Uburundi.

Ubu abarizwa mu gihugu c’Urwanda aho yajanywe no guheraheza album yiwe agiye gushira kumugaragaro, nubwo atarashima kuvuga izina canke indirimbo zizoba ziyigize iyo album.

Indirimbo yiwe “Nisaidiye” niyo yashoboye kunyengetera mu bantou canne ko aho tuyau akoreye ibiteramo adasiba kuyisabwa n’abakunzi biwe.

Muri ico gihugu nyene kw’ igenekerezo rya 1 Kigarama 2021 yatumiwe mw’iyugururwa icese rya “forum du secteur privé Africain sur le déplacement forcé”

Abaririmvyi batandukanye barateramisha abantu bari batumiwe.

Yaronkeyeyo akaryo ko guhurira kuri scène n’umuririmvyi wo muri Nigeria Oficial2 baba, akaba
yaranashoboye kuririmba amajambo amwamwe yo mundirimbo ” Nisaidiye “. Andy amuvugiriza guitare
Wari umunezero kuri uwo muririmvyi w’umurundi impano yiwe yari ishigikiwe

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037