EntertainmenthomepageUncategorized

August Burundi umwaka utarahera hari agakemanyi yaduteguriye

August Burundi nkuko yagiye arabishikiriza mu biganiro Album yiwe” Dukunde Uburundi” azogenda arasohora indirimbo imwimwe akaba amaze gushira ahabona zitatu iyigira Kane ngo agiye kuyirekura umwaka 2022 utarahera.

 

Mu masanamu ariko araboneka ku mbuga ngurukanabumenyi turabona August ari muri studio iyo ndirimbo biboneka ko agomba ayikorane n’umuhinyanyuzi wo muri America iyo August asanzwe aba.

Mu kiyago yakoranye na Indundi magazine yavuze ko indirimbo agiye gusohora ariyo gukangurira abarundi gukora kugira bateze imbere i gihugu cabo,
Hakaba hataramenyekana izina ryiyo ndirimbo canke neza na neza igihe izosohokera vyose tuzogenda turabikumenyesha ngaha.

Niyahe ndirimbo yakuryoheye ya August Burundi?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 750