IKIRUNDI_news

#B_kobra| Gukora Hip pop abakobwa barabishoboye cane

Yamenyekanye cane ku ndirimbo ”I like” yakoranye n’umuririmvyi Kirikou Akili indirimbo ya biciye bigacika ku mvugs ngurukana bumenyi ndetse no ku mboneshakure zo mu gihugu.

 

Mu umwaka umwe gusa B kora afise indirimbo 7 zose zifise n’amasanamu meza yazo.

Tuyikeze Charlene niyo mazina yahawe n’abavyeyi nayo B Kobra rikaba ari izina ry’akazi, ni umwigeme yaje yerekana ko umudiho wa hip pop no ku bigeme ukozwe ugashigikirwa ushobora gukura abakenyezi mu bukene bakinjiza amafaranga.

Mukiganiro yagiranye na Indundi Magazine,
Yavuze ko akunda abaririmvyi Bose bo mu Burundi,
Kandi ko Hip pop atarota ayihemukira.

Indundi TV tukaba  tumutera intege narirya mu burundi dufise abakobwa bake bakora hip pop.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037