footballhomepageIbiyovyabwenge

Basketball : Dynamo na les gazelles baraye batwaye igikombe c’Umukuru w’igihugu

Dynamo na les Gazelles baraye batwaye igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu .

Hari kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 22 Kigarama, Mu Ntara ya Gitega niho hakinwa inkino zibiri za nyuma z’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu Ku rwerwo rwa Basketball Ku bakenyezi hamwe no ku bagabo.

Ku bagabo Umugwi Dynamo wirahiye Umugwi Urunani Ku manota 47 kuri 39, mu gihe Ku bakenyezi Berco Star wirahiye Les Gazelles Ku Manota 56 kuri 36.

Mu kamenye y’uko izo inkino zari zatewe iteka na nyene icubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza ari nawe yatanze ivyo bikombe Ku migwi ibiri yabitahukanye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 807