IKIRUNDI_news

Big Fizzo ni bande yemera ko ari aba Legend ?

Mu gihe ata kibarizwa mu gihugu c’Uburundi ,nkuko twagiye turabibamenyesha mu makuru tumaze imisi tubashikiriza,akaba ari mu gihugu kibanyi ca Tanzania ku mvo z’akazi
“A life to regret” niyo reresi agiye ku bonekamwo igiye ku mwongerereza amateka nakare ngo ukoranye n’uwushoboye ushobozwa nka we?

Abayamaze ngo ntawubura icatinya canke ico yubaha ntibabeshe,
nkuko bisanzwe ikinyamakuru canyu indundi magazine twama ku kivi, tugerageje gusesangura hirya no hino biragoye kwemeza ko ibikorwa vyajanye Fizzo vyoba biriko birakorwa, nyimba bidakorerwa mw’ibanga , ndetse no ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe ivyo bikorwa nti birahaboneka nta wuzi ko vyoba biva ku kigandaro c’uwahoze aramutswa ico gihugu JP Magufuli.

Nubwo biruko akaba yashoboye gushira ahabona isanamu arikumwe na bamwe mu ba Legand yemera muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko, abo nabo akaba ari TI D muri Tanzania Jose Chameleone Ouganda na Pallaso music.

Twokwibukanyako muri abo ata numwe yavuzwe mubo bagiye gukorana muriryo reresi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,036