BurundihomepageIKIRUNDI_newssecurity

#Burundi| Akarimbi kihaye inkumbi mu Gisyo

Hari umukenyezi yishwe arashwe n’umuporisi mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 29 Ruheshi 2021 muri karitiye Gisyo zone Kanyosha, komine Muha mu gisagara ca Bujumbura.

Amakuru ava ahabereye ubwo bugizi bwicanyi yongera akemezwa n’abajejwe intwaro avuga ko bapfuye akarimbi. Abanyagihugu basaba ko yohanwa vy’akororero.

Mu ntwaro, umukuru wa karitiye Gisyo asaba ko abafise amatati ayariyo yose ko boza baritura inzego zibijejwe aho kwihanira. Uwo muporisi ntawuramenya irengero nk’uko amakuru atangwa n’ababa muri ako gace abivuga.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 717