Ushobora kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…
Bamwe mu barundi baba inyuma y'igihugu(Diaspora Burundaise) bamenyesha ko ubutumwa buri mu ndirimbo nshasha ya Nziza Desire bwabashitse ku mutima ndetse bakanaboneraho n'akaryo ku gukebura uwo wese agenda avuga nabi…
Hari ukudatandukanya ubudasa buri hagati y' inama mpuzamakungu y'abarundi baba mu mahanga, kumwe n'indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga ndetse kuri bamwe bikabatera n'amakenga. Uko umwaka utashe hano mu…
Amakenga,n'ibibazo vyinshi nivyo vyatumye indongozi za Diaspora zitanga umuco, abenshi bakunze kwibaza ibibazo nka: Mbega Diaspora y'Uburundi irabaho?, Yoba ijamwo bande?,N'ibihe bikorwa ijejwe?Hoho ntiyoba ari…
Kuja hamwe, gufashanya, gukundana, gushigikirana, nizo mpanuro zahuriweko n'indongozi za Diaspora y'u Burundi kumwe n'umukenyezi Nanette Ninihazwe. Mu kiganiro indongozi za Diaspora zakoranye n'indongozi…
Urunani rw'ama Diaspora y'abarundi kw'isi yose (Conferance internationale de la diaspora burundaise) rwarashigikiye indongozi y'ishirahamwe BDUSA Samuel Ndayiragije mu bibazo vyariko bigerageza…
Ubwenge ,ubukerebusi, ubwira, n'uburongozi bwa Sammuel kumwe n'abanwanyi ba BDUSA nivyo vyagomwe ishirahamwe ngo ritunganye ihuriro mpuzamakungu ry'abarundi baba mu mahanga (Conferance internationale de la…
Ishirahamwe (Baho) rigizwe n'abarundi baba muri Arizona Ku mugabane wa America riramenyesha n'umubabaro mwinshi urupfu giturumbuka rw'umushingantahe Tharcisse Rucintango. Nkuko bishikirizwa n'ubuyobozi bwa…
Inyuma yo kuva mw'ishiahamwe BDUSA yarasanzwe aserukira mu ntara ya Texas, Innocent Ndayishimiye yaciye ashinga urunani ABC Texas mu ntumbero yuko abarundi boguma bari hamwe, bakanakorera hamwe. Ihuriro ry'ama…
Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.