Abarundi bose baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika bahurikiye mw'ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA) bakiranye igishika umuserukizi mushasha yaje kuvugira no guserukira Uburundi n'abarundi muri Reta…
Nk’uko bishikirizwa na bamwe mu ndongozi z’ishirahamwe ry’abarundi bose baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika, BDUSA mu mpfunyapfunyo y’ururimi rw’icongereza (Burundian Diaspora in USA), iryo shirahamwe ngo riherutse kubura…
https://youtu.be/uguYQVEWv4w
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y’Abarundi baba muri Reta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c’umuyobozi wawo, uributsa Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika bashoboye kwiyandikisha kugira ngo…
Umushingantahe Samuel NDAYIRAGIJE aza hejuru y'inzego ziriko zikora ibishoboka kugira hajeho ishirahamwe rihuje Abarundi bose baba muri Leta zunzubumwe za Amerika amanyesha ko , ku bijanye n'amatora yimirije…
Umurwi ujejwe gutunganya amatora y'indongozi sahwanya z'abarundi baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika mw'ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA), washize ahabona abantu batandatu wacaguye mu…
Inyuma y'uko ikiringo c'ukwiyandikisha ku bazokwitoza ku nzego zinyuranye zigiye kurongora Ishirahamwe rihuriyemwo Abarundi bose baba USA cari carangiye ku musi wa gatanu, kw'igenekerezo rya 07 Ruheshi nkuko…
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y'Abarundi baba muri Leta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c'umuyobozi wawo, wibukije Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika ko ikiringo…
https://www.youtube.com/watch?v=sCCNeV_cs1U&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=5QLZ9efdzL0&t=21s
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.