Naho hakiri agahaze mw’ishirwa mu ngiro ryayo, poritike y'umukuru w'igihugu ijanye n’ukunagura ubutunzi bw'igihugu irashimwa n’abarundi batari bake. Bishikirizwa na Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y'abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere…
Uburongozi bwa komine Bugendana iri mu ntara ya Gitega bwarahagurukiye kugwanya imiriro ya nyakanga kuko basanze imiriro ibangamira umugambi wo gukingira ibidukikije “Ewe Burundi Urambaye.” Nk’uko bivugwa na Ntakarutimana…
Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021 ahari haramutse hugururwa icese gukora ku mugaragaro ihayanisha-gurishwa ry'ibidadazwa bihingurirwa mu Burundi mu kibanza kiri imbere y'ikibuga c'umupira…
Abo ni abantu bafashwe n’ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu banyagihugu Regideso bari bamaze imisi barinyonyeza. Turi muri karitiye Gikungu Rural muri zone Gihosha, komine ya Ntahangwa mu gisagara ca…
Umugwi w'abagenzi ba komine Makebuko mu ntara ya Gitega baterereye imifuko mirongo indwi y'isima izofasha mu kwubaka ikibuga ca kijambere kiriko cubakwa muri iyo komine. Uwo mugwi w'abagenzi ba komine Makebuko…
Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe ibifungurwa kw’isi PAM, ryemeye kuzoshira inguvu nyishi mu mugambi wo kugaburira abana ku mashure kugira bizokorwe ku mashure yose yo mu gihugu. Ivyo ni ivyapfundikiwe mu mubonano wabaye kuri…
Akamo abafise amazu batewe ko kwigizayo ayo mazu yubatse hafi y'ibarabara rikuru rya Bujumbura-Gitega ku metero 6 kariko karakurikizwa. Amwe mu mazu yo mu makaritiye ya Yoba na Magarama ariko abomorwa yogera yubakwa…
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro co ku Rutunga kiri mu kabezi cacitse kuva isaha…
Amadosiye yababa 250 y'abashaka gucukura ubutare mu Burundi yarizwe n'ubushikiranganji bw'amazi, ubutare n'agataka mu gice ca gatatu c'umwaka w’2020 ushira uw’2021 Bishikirizwa n’umushikiranganji…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.