https://youtu.be/2ktnkUPuo6Q Imiriyoni zirenga 66 z’amafaranga y’amarundi, niko karusho kabonetse mu gikorwa gahinyuza co kwegeranya amakori n’amatagisi cabaye kuva kuwa 25 gushika ku wa 31 Nzero, mu makomine 10 kuri 119…
https://youtu.be/MgfbBWV9TjE Urwego rw'igihugu rujejwe ibiganiro mu kazi rwarafashije biboneka mu kugabanura ibitigiri vy'abakozi bagaragaza umubabaro mu guhagarika imirimo bajejwe (grèves), mu myaka umunani iheze…
Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza umuyagankuba n'amazi mu benegihugu Regideso ryasubiye kwubura ahandi hantu habiri hakozwe ubunyonyezi bw'amatara n'amazi. Ribicishije ku rubuga rwaryo rwa Twitter, iryo…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umuteka aragabisha bamwe mu barongoye amazone n'abakomiseri b'amasoko yo mu gisagara ca Bujumbura kubera ko ngo babaye inzitizi mw'itozwa…
https://youtu.be/10d6FFuaR0s Abarimyi na cane cane abarimyi b'igiterwa c'ibigori ngo bagiye kuronka akoyoko muri iri yimbura aho intete zumye bagiye guhora bazigurisha ku kabeyi gatubutse. Inyuma y'ivyirwa…
Ku mvo z'uko abana bo mw'ibarabara basubizwa mu miryango yabo bakongera bakagaruka kandi muriryo, umushikiranganji wo gushigikirana, Imelde Sabushimike, amenyesha ko bagomba kuzobanza kuja kugira amatohoza bamenye…
Gushika kw’igenekerezo rya 31 Nzero 2021, imiduga yunguruza abantu n’ibintu izoba ifise ibikoresho vyo gutamwo imicafu (poubelle) nkuko bimenyeshwa n’ishirahamwe ryo kwunguruza abantu n’ibintu mu Burundi ATRABU. Charles…
Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/003 ryo kuwa 7 Nzero 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko abogoje mu mabanga yiwe Emile Ndayisaba, yahora arongoye Ikigo kijejwe amabarabara mu…
Ibanki y'urwaruka BIJE yaraye itanguye ibikorwa ku murwa mukuru wa poritike Gitega yatanguye kwakira irwaruka ruhurikiye mu makoperative rwipfuza ingurane izobafasha kurangura imigambi yarwo. Mu birori vyo…
Ibanki y’urwaruka BIJE (Banque d'Investissement pour les Jeunes), isanzwe ifise icicaro gikuru i Gitega ku murwa mukuru wa poritike yuguruye ibikorwa vyayo nyezina mu bisata vyose kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.