Inyuma yo guhura n'ivyago vy'umuriro kw'igenekerezo rya 3 Gitugutu 2020, Igicapu ngereranyo c'uko isoko nshasha ya Kamenge mu gisagara ca Bujumbura izoba imeze camaze kuja ahabona. Iyo soko ya Kamenge…
Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Kigarama 2020 niho ibarabara rihuza rond point Chanic-Gatumba- Frontière RDC ryaraye ryuguruwe icese . Ibirori vyo kwugurura icese iryo barabara bikaba vyari vyatewe iteka n'umukuru…
Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2020, nyenicubahiro umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yuguruye icese ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa y'icicaro gikuru c'ikigo gitororokanya amakori…
Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwitwa ANTHONY ROBBINS citwa' Aweken the Giant within ", turabona aho ashikiriza ko , kimwe mu vyogutuma uvyura igihangange kiri muri wewe , ari ugufata ingingo.…
Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza. Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka YBSP(youth, Building in…
Ibanki y’Urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes) ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka. Ni ivyaraye bishikirijwe n’umushikirangaji ajejwe urwaruka, imico n’akaranga i Gitega kuri uyu wa mbere…
Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na Emile Ndayisaba, umuyobozi mukuru…
Urwaruka ruhamagarigwa kwijukira ibikorwa vy’iterambere mu gukorera hamwe. Ako ni akamo batewe n’umushikiranganji Ezéchiel Nibigira mu gihe kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 yari yaramutse agendera urwaruka…
«Abagirizwa kunyonyeza amahera y'amakoperative Sangwe mu burere bumwe bumwe mu ntara ya Karusi ntawobihanganira kuko bariko basubiza inyuma iterambera ry'abanyagihugu». Umukuru w'inama nshingamateka aheruka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.