Ubashikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bufadikanyije n’ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi bari mwisekeza ryo guhamagarira abantu kwipimisha ingwara z’igisukari hamwe na Hypertension…
Mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 23 Kigarama 2020, ubwo bushikiranganji bumenyesha ko bwongeye abarimyi ikiringo co kuriha amafaranga…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 23 Kigarama 2020, ubushikiranganji bw’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi mu gisata c’ukwunguruza abantu n’ibintu bwaramutse bukoresha inama abakorera muri ico gisata hamwe…
Ku mugabane wa Buraya, ibihugu bitari bike vyatanguye gutanga incanco ku batari bake mu bene gihugu basanzwe baba muri ivyo bihugu. Hakaba hari abatari bake bamaze kwakira izo ncanco kugira barabe ko ubuzima bwa misi…
Igice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league caraye kirangiye , urukino rwa nyuma rwari ku musi w’ejo 21/12/2020 aho Les elephants yanyagiye Bumamuru ibitsindo 3-1. Uku niko imigwi…
Umushikiranganji w'Ubudandaji Immaculée Ndabaneze aragabisha ubwa nyuma abikika mu kiza mu kuduza ibiciro vy’isima. Abicishije mw’itangazo yashize ahabona kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020,…
Ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bwasohoye kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020, itegeko rivuga ko abipfuza impapuro zerekana ko bakoze ibibazo vya Reta bagiye guhora bazironkera mu biro…
Amazu ashika 51 ya kera afise ico yibutsa muri kahise k'Uburundi akerekana ishusho nziza y'igihugu agiye gushirwa ahabona hamwe no ku rutonde rw'ubutunzi bw'isi mw'ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO…
Abagize sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro uko ari indwi barahiye kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020, imbere y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, icegera ciwe Prosper Bazombanza,…
Avuye mu mahanga iyo yari yagiye kurahura ubumenyi, Alphonse Nahimana yasanze ku gatumba iwabo batakirima ngo bimburire mu bigega uko vyahora kera, ikitohabazwa naco kikaba cari igitungwa. Abenshi mu gihugu c’Uburundi mu kuja…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.