Utuzu turenga amajana abiri tw’abanyagihugu baba ku gacimbiri Nyarure, umutumba Buhoro, komine Mabayi mu ntara ya Cibitoke twaraturiwe utundi turabomorwa haraheze iyinga. Abo banyagihugu bagiriza uwurongoye komine…
https://youtu.be/YWyqPftEaNM Uruzi Kajeke rwarataye inzira ruca rwihereza amabarabara n’amazu, abanyagihugu baba i Gihanga bavuga ko hamwe atacokorwa vuba, amazu ashobora kubarwako kuko amazi aguma anyengetera mu mazu yabo.…
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro co ku Rutunga kiri mu kabezi cacitse kuva isaha…
Kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2021, imiryango y'abantu igera kuri mirongo ibiri yimuwe bitumwe no gusenyuka kw'isi kwadutse kubomagura amazu atari make ku mutumba na zone Migera komine Kabezi mu…
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji…
Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa, ahitwa Buhomba…
Umushikiranganji w'ubutungane Jeanine Nibizi hamwe n'umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana bahamagarira ubushikiranganji bwose guterera agacumu k'ubumwe mu mugambi "Ewe Burundi…
Berchimans Hatungimana arongoye ikigo OBPE kijanye n'ibinyabuzima biba mu kiyaga Tanganyika, Rusizi n'ahandi, amenyesha ko imvubu zifashwe nk'izigeramiwe mu Burundi kubera ko ibitigiri vyazo vyoba…
Ikigo kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (Office Burundais pour la Protection de l'Environnement), casubije mu ruzi rusizi kuri uno wa gatatu, ingona zitatu zari zitunzwe n'umuntu aba muri karitiye Kabondo, komine…
https://youtu.be/wgMyy-7qfBg Ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije bwaronse kuri uno wa kabiri ibikoresho vyo kurwanya imyuka mibi ibangamira igisenge buhawe n’ikigo Ozone, ibikoresho bifise agaciro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.