Muri kino gihe c'irima ry'impeshi, umushikiranganji w'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije Déo Guide Rurema, ahamagarira abarimyi hamwe n'abahurikiye mu makoperative kwihutira kuriha kare amafaranga…
Abahinga rero baciye irya n'ino ibijanye n'umunezero baraheza bagasanga y'uko umunezero nyawo ngo uva m'umuntu nyene. Uwo munezero rero ngo uza uvanye n'uko abona ariko arabaho. Abadafise…
Gushika kw’igenekerezo rya 31 Nzero 2021, imiduga yunguruza abantu n’ibintu izoba ifise ibikoresho vyo gutamwo imicafu (poubelle) nkuko bimenyeshwa n’ishirahamwe ryo kwunguruza abantu n’ibintu mu Burundi ATRABU. Charles…
Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari bike. Bishikirizwa na Aloys…
Abajejwe intwaro ngo bakwiye gukurikirana ingene imyavu yegeranywa kugira ntitere indwara ahubwo ibe isoko ry’iterambere. Ivyo ni ibishikirizwa na Jérémie Nkinahatemba, umuyobozi mukuru w’ibidukikije, amazi n' isuku mu…
Amasandugu 20 yo gutamwo imicafu (poubelles) niyo yashizwe, kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 12 Munyonyo 2020, mu bibanza 20 bitandukanye vyo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura. Uwurongoye iyo komine Rénovat…
Ibikoresho vyagenewe gutabwamwo imicafu ngo bigiye gushirwa ku mabarabara makurumakuru yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura kuva kuwa kane w'indwi buca dutangura. Musitanteri w'iyo komine asaba…
Ihadabu iri hagati y’imiriyoni 50 n’ijana y’amafaranga y’amarundi nico gihano gihabwa uwuhinguye mu bumwanya imifuko n’amacupa. Uwuranguye hanze amacupa n’ubucupa bikozwe mu bumwanya nawe ahanishwa ihadabu iri hagati…
Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari muri iyo komine, ngo biri mu bizotuma…
Au Burundi , c'est rare de trouver un jeune, encore moins de 25 ans qui s'est décidé de rendre son pays tout vert , Emmanuel Niyoyabikoze nous en donne l'exemple. Attristé par la désertification de sa province…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.