Kuva kuri uyu wa 26 Ruhuhuma umwaka wa 2019 Ihiganwa rya Primus league ryari riramutse ribandanya Ku ndwi yarya ya 25 . Hakaba hakinywe inkino zitarenga zibiri kur'uyu wa kabiri w'igenekerezo rya 26 Ruhuhuma. -!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba ari kumwe n'abafatanyabikorwa biwe bamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 25 b'intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwa Gabon rwo mu kwezi kwa!-->…
Umukinyi w'umurundi akina hakurya mu gihugu c'u Rwanda Ulimwengu Jules abandanya kwitwara neza iyari muri azam premier ligue muri Rayon sport, akaba amaze kuwutsindira ibitsindo bitatu harimwo bibiri yinjije!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi rirabeshuza amakuru ariko arakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi, avuga urutonde rw'abakinyi bazotana mu mitwe na Gabon. Urwo rutonde rwiyamirijwe rukaba aruru rukurikira: !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Mavugo Laudit muri Zambia hameze nkahamworoheye. Hari kuru uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma oho umugwi Buildcon Fc wari wakiriye Naspa Fc ukinamwo Mavugo Laudit,!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba n'umugwi Mukura Vs, Gael Duhayindavyi yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Nzero. Akaba yatowe n'abasanzwe arabarorezi b'umugwi Mukura Victory sport (GEN -MVS ).!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryarabandanije ku ndwi yaryo ya 5 kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019 Uku Niko batsindanye : - Muzinga Fc yatsinzwe na Les élephants Fc ibitsindo 2 kuri 1 !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'umugwi Zesco United nawe nyene ashobora kutumwako mu Ntamba mu rugamba . Amakuru yizewe ava hafi mu yabegereye ishirahamwe ry'umupiwa w'amaguru mu Burundi FFB avuga ko umukinyi Enock!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Messager Ngozi fc waronse umuserukizi mushasha azohora akurikiranira ibikorwa vy'uwo mugwi mu gihugu ca Maroc, uwo nawe akaba aruwitwa Aimable Nkuzimana . Murwandiko rwo kw'igenekerezo rya 16 Ruhuha umwaka wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 23 na 24 Ruhuhuma umwaka wa 2019 ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya Uku niko imigwi izohura: Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019 - Ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.