https://youtu.be/SbzEw8COnU4
Iryavuzwe riratashe Saido Berahino agiye gukunira umugwi Zulte Waregem wo mu bubirigi. Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino yashize umukono Ku masezerano y'imyaka ibiri yo gukinira Zulte…
Abanje gushimira abavyeyi bafadikanije n'Imana bakamushira kw'isi eka n'uwo wese yagize ico amufasha muri urwo rugendo rutari rworoshe, agira ati "Urukino rwa basketball rwanshikanye kuri…
Inama rukokoma y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yaremreje ko ubutunzi bw'iryo shirahamwe bwakoreshejwe neza. Kw'igenekerezo rya 03 ntwarante kuri Hotel Nonala Beach niho habereye inama yo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dynamo mu bagabo, Berco Stars mu bigeme, Niyo mirwi yatahukanye ibikombe vyihiganwa ry 'imyaka 50 Dynamo itangujwe(Dynamo golden Jubilee) Kw'igenekerezo rya gatatu ntwarante niho iryo higanwa ryarangira. Imirwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang yitezwe guheka umugwi wa Gabon inyuma yinkino zigera kuri Zitatu zo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za Afcon 2019!-->…
Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Papy Faty amagara yiwe yoba yifashe neza muri kino gihe. Inyuma y'imyaka itatu adahonyoza ikirenge mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ku bw'ingwara!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukunyi w'inyuma w'intamba mu rugamba ndetse n'umugwi Mukura Victory Sport Nshimirimana David ntakibarizwa mu Rwanda . Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 28 Ruhuhuma umwaka wa 2019 niho haguma hakwiragizwa amakuru!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa Kabiri waraye uheze ingenekerezo rya 26 no kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere. Imigwi yatsindanye ukaba yatsindanye uku gukurikira: Bumamuru Fc yatsinze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Kwizera Pierrot abandanya yitwara neza mu gihugu ca Oman. Hari kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 25 Ruhuhuma umwaka wa 2019 , aho umugwi All aroubah ukinamwo umukinyi wo!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.