Abapfasoni bahurikiye mw'ishengero ry'abisilamu mu Burundi bahamagarirwa kwijukira kuja mu mashirahamwe hamwe n'amakoperative yo kwiteza imbere. Mu ntumbero yo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi wama!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe isi yose yaramutse ihimbaza kuri uno wa 8 Ntwarante 2019 umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, umunonotsikazi Francine Niyonsaba yagize ico yibutsa abakenyezi na canecane abarundukazi. Francine Niyonsaba yagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ntwarante umwaka w'2019, abarundi baramutse bifatanya n'amakungu mu guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Ibirori ku rwego rw’igihugu bikaba vyabereye mu ntara ya!-->!-->!-->…
Uko umwaka utashe igenekerezo rya 8 Ntwarante, amakungu arahimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi. Mu Burundi, uwo musi uzohimbarizwa ku murwa mukuru wa poritike ku civugo “Umukenyezi ashirwe imbere mu migambi!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.