Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na…
Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu kiganiro…
Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z'unze ubumwe z'Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora kugira bazishire…
Fabrice nawe yifatanije n’abandi baririmvyi nka Koffi Olomide n’abandi bariko barafasha abantu kumererwa neza mu ngo zabo, muri kino gihe ibihugu bitari bike vyamaze gusaba abenegihugu kuguma mu mazu kubera ikiza Ca…
David ngo ntiyibagiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw'ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y'igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David Nduwimana…
Inyuma y'igihe kitari gito Apôtre Appolinaire ataboneka mu masanamu y'indirimbo n'imwe, haraheze imisi 3 hariko harakwiragizwa hirya no hino amashusho y'imwe mu ndirimbo aboneka ariko aririmbamwo. Iyo ndirimbo ikaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw'isaha ahubwo ngo uwumva muri wewe ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo. Dudu Niyukuri yahavuye ahishura impamvu yamutumye we yerekeza mu gihugu ca Kenya. Aho ni mu gihe we n'abatari bake mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca rushirwa ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.