DIEU N'EST PAS UN HOMME POUR MENTIR ( Nombres 23:19) Le mot déstin se fait définir comme suit" Sort d'une personne ou d'une chose , en tant qu'il résulte de forces extérieures invincibles, ce qui…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Kuninahaza no gutazira Imana ni kimwe mu bisabisho bikundwa kandi bihimbara umuremyi w'ijuru n'isi, igikorwa co kuririmbir'Imana gikorwa hifashijwe impwemu, uko umuntu akura niko impwemu ziwe zigenda ziyongera…
Ushobora kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…
Hari igihe ubuzima buhinduka umuntu akabura icafata n'ico areka, imisozi igafuka uruhanga, amaso agatibira,ubwanwa bugafuka umunwa, inzunzi zikuzura, bikanka ko yambuka, bikanka nuko asubira inyuma, ico abona…
N'ubwo isi iri mu bihe bigambaraye, ibihe vy'ikiza c'inrwara ya Corona(covid19) ngo ntakinanira Imana, Aline yarabonye ukuboko kw'uwuhoraho mu bugeni bwiwe. Hari kw'igenekerezo rya 04…
Imbere ni heza, kandi ibihe ni vyiza, Masezerano asaba abaririmvyi ko bomenya ko ico basabwa ari ukuba inyishu ku buzima bw'abantu igikenewe ngo ni ukuba abazigirwa ibisigaye birikora. Imana niyo yonyene ica inzira aho…
Yishimikije ijambo ry'Imana mu canditse kigira giti:" Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi" (Yeremiya 1:5) umuririmvyi azwi kw'izina rya Meserano amenyesha ko ata muntu avuka kw'isanganya, ari nayo…
Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07 RUHENSHI 2020 yashize!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.