Abagize sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro uko ari indwi barahiye kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020, imbere y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, icegera ciwe Prosper Bazombanza,…
Abarimyi b'ikawa bo ku mutumba Mubaragaza muri komine Mutumba intara ya Karusi bavuga ko bizeye ko uno mwaka umwimbu w'ikawa uzokwiyongera, narirya bahawe imivyaro mishasha kandi igisata c'ikawa kikaba kiri mu…
Abagendesha imodoka zunguruza abantu batazokwubahiriza ibiciro muri kino kiringo c'imisi mikuru irangiza umwaka bazocibwa amande angana n’amafaranga ibihumbi amajana abiri vy’amarundi hamwe no guhagarika imodoka gukora…
Ubukwe bw’umuhinyanyuzi w’umurundi akorera I Kigali, Fleury Ndayirukiye azwi cane nka Fleury the Legend ngo ntibukibaye kuri uyu wa mungu igenekerezo 20/12 nkuko vyari vyateguwe haraheze imisi itari mike. Imvo n’imvano…
Umukinyi w’umurundi Sabumukama Enock ntakibarizwa mu mugwi Zesco United wo mu gihugu ca Zambia. Abicishike ku rubuga ngurukanabumenyi bwa Facebook Nsabumukama Enock yamenyesheje ko yasezereye uburongozi bwa Zesco…
Amakuru dukura mu gihugu ca Tanzania kuri Sport Arena avuga y’uko umukinyi yambara inimero 10 muri Yang Africans Yacouba yanse gutanga iyo nimero ku mukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza. Igihe Saidi…
https://www.youtube.com/watch?v=7h9GJEvUzag Alvin Smith aho ageze ngo s’aho gukinisha nico gituma ivy’ama Beef ataco yinjiza ngo muri uno mwanya atabiha ikibanza. Ivyo akaba yavyishuye mu kiyago aheruka kugirana n’imwe mu…
https://www.youtube.com/watch?v=zmdsw_5lVlU Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n’ubushake kandi n’ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo…
Mw’ijambo ryiwe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko ata gihugu na kimwe gishobora guterimbere abanyagihugu batarima ngo bahingure bongere bashore. Abanje gukenguruka, umukuru w’igihugu yabwiye…
Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Kigarama 2020 niho ibarabara rihuza rond point Chanic-Gatumba- Frontière RDC ryaraye ryuguruwe icese . Ibirori vyo kwugurura icese iryo barabara bikaba vyari vyatewe iteka n'umukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.