https://www.youtube.com/watch?v=Uz5auteZpsI Inyuma y’indirimbo yakoranye n’umuririmvyi w’umunya Kenya, Femi One, igiteramo kiriko kirategurwa ngo bikunde uwo muririmvyikazi w’umunya Kenya azoteramishe abarundi mu misi ya…
https://www.youtube.com/watch?v=k2FKEGxodV0 Stikk n’agashavu kenshi ngo Abanyamahanga barabona ingabire n’ubuhinga bw’abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n’urukoroka baba…
Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.…
Inyuma yo kugurwa n’umugwi Yang Africans wo mu gisagara ca Dar es salaam, urukino umukinyi w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza azotangurako gukina rwamenyekanye. Urwo narwo ni uruzohuza Yang Africans hamwe na Dodoma…
Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk'abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryafatira ibihano igihugu c’Uburundi hamwe na Mauritania. Uburundi bwaciriwe ihadabu ry’amadorari y’amanyamerika…
Umushikiranganji ajajwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana yakiriye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2020, intumwa zo mu gihugu ca Angola. Uwo murwi ukaba wari uje kwiga…
Reta y’Uburundi ngo yiyemeje kubandanya iteramira amahoro n’umutekano hamwe no gukingira agateka ka zina muntu. Biri mw’itangazo ryasohowe na Reta ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere. Ni inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.