Ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba Reta, Mutuelle de la Fonction Publique ryafashe ingingo ko kuva ku wa 29 Ntwarante, abakozi baryo hamwe n'abanywanyi baryitura bategerezwa kuba bambaye agapfukamunwa. Iyo ngingo ifashwe…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka w'2021, inyuma y'inama ihuza umurwi ushinzwe kurwanya ikiza ca koronavirusi, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwana Sida Thaddée…
Mu misi 6 gusa, Urwanda rumaze gukingira abarenga ibihumbi 230 ikiza ca Covid-19. Aho ni mu gihe Urwanda rubaye urwa mbere muri kano karere Uburundi burimwo rwakiriye izo nkingo za Covid-19 co kimwe n’ugukingira Abenegihugu.…
Clotilde Niragira yigeze kuba umushikiranganji w'Ubutungane mu mwaka wa 2005 yarashengeye azize ingwara yaheruka gutorwa mu gihe ca Vuba. Clotilde akaba azize ingwara ya Cancer yo mu bwonko nkuko bishikirizwa n'umwe…
Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y'abantu OMS risaba igihugu ca Tanzania gusubira kwerekana ibitigiri vy'abandura ikiza ca COVID-19. Ivyo bikaba vyahsikirijwe Tedros Adhanom asanzwe atwara OMS. Dr. Tedros…
Urwo rupapuro ruronderwa n'abagomba kuja hanze y’igihugu gwahora rurihwa amafaranga y’amarundi ibihumbi icumi ubu rugiye kurihwa amafaranga ibihumbi mirongo itandatu. Bishikirizwa naThaddée Ndikumana, umushikiranganji…
Igihugu c’Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n’ugupima bacishije mu gisusu. Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha…
Abarundi barenga 1000 bahunguka nibo bamaze kwakirwa kuva ino ndwi itanguye bavuye mu gihugu c'Urwanda na Tanzaniya. Ivyo bitigiri bitangwa n’umuvugizi w'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu,…
Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,…
Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca covid-19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.