Igihe kitari kinini nico uyu mwana w'umwigeme amaze mu muziki, ariko ku ndirimbo zitarenga zitatu ariko arerekana ubushobozi butari bumenyerewe mu muziki w'Uburundi na cane cane kubigeme. Abicishije mukiganiro…
B face ngo s'irya mbere yandika indirimbo iri mu mudiho wa RNB, ivyo akabivuga yishimikije ko aho hambere ataramenyekana cane kuri Hip Hop, ngo yarakoze izitari nke ziri muri uwo mudiho. Mu kiganiro na Hosy, B face…
Ngo ico yashatse ko kiba imperuka kirabaye nimba hari uwundi muririmvyi yipfuza kwipima n'agerageze asabe imoto arabe ko ayihabwa. Umuririmvyi Mista Champagne aheruka gusaba ko Abakunzi biwe bomucangira, kugira arabe ko…
Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora indirimbo. Mu kiyago aheruka guha Landry, Esther avuga ko ivyo yari yateguye ku…
Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora igiteramo gikomeye mugisagara ca BUJUMBURA. Mu majambo…
Inyuma yo kwandika amajambo agasiga benshi mumakenga arasigura neza ico yashatse kuvuga hagati ya Empire Avenue na Bantu Bwoy.Abicishije mukiganiro Indundi Hits Show kur'uyu wa 29 RUSAMA 2020 ni Fabelove yavuze amajambo…
Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri uwo muririmvyi.Bain Turo we agira gute inyuma yo!-->…
Ugusubira kubona Sat-B ahantu avuga ko afitanye ikibazo n’umuririmvyi uyu canke uriya ngo n’umuziro uzirwa. Igituma ngo nuko ubwa mbere yabona ko ari imwe mu nzira bocishamwo ngo babashe guca agafaranga nk’uko abandi…
Inyuma yo kumara igihe kinini atari kurubuga ngurukanabumenyi narumwe canke ngo yumvikane aha na hariya Ismail ubu ariko arakora nk'uko yahora abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe haba Instagram, Facebook na!-->…
Haheze igihe kitari gito umuririmvyi akiri muto abenshi bazi nka M Nif Jimbo ariko arakora ibidasanzwe mu rugendo rwiwe rw'umuziki ariko hakama hari igifungu co kumenya nimba ari muri Label canke akora kugiti ciwe.Kuva!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.