Inyuma yaho atangiye Challenge kundirimbo Master ni Fabelove bisa nkaho benshi mubo yavuze batinye kumwishura bivanye nuko babitahuye ugutandukanye n'intumbero yiwe canke n’icipfuzo ciwe kumudiho wa RapBiciye!-->…
Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba ariyo ntambamyi ituma uwo muririmvyi!-->…
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu kiganiro…
Imyaka yaba Canco na ba Torobeka Joseph ishobora kuba myiza mumuziki kurusha ubu?Amahane akomeza kuhaba mu mvugo za bamwe bamwe bivuye kuri iri jambo ry'uko umuziki w'Uburundi woba warateye imbere hakabaho abemeza!-->…
Thyti Love ngo yabanje kwanza gufata akanya ko kuvyara imbere yuko yirukira kuririmba, kuko kuririmba ngo ntibita igihe. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, aho yariko abazwa…
Mu gihe Corona-virus isinzikaje isi, igatuma ibihugu bitandukanye bisaba abenegihugu kuguma biyugaranye ata gusohoka, ibiteramo, ama Karaoke, canke amahuriro atandukanye agahagarikwa mu bihugu birimwo Urwanda na Kenya,…
Indirimbo Izina uno musi imaze kurabwa n’abarenga 67 700 ku muhora wa Youtube, kandi ikaba indirimbo yinjirije Sat-B amafaranga menshi gusumba izindi, ngo muriyo ubutumwa burimwo yashatse gukebura abashaka gucafuza izina…
Inyuma yo kuba Umuririmvyi wa Burundian Diaspora muri Leta z'unze ubumwe z'Amerika ariwe Don Brighter ashiriyeho Label yo kugira ashigikire bamwe mubaririmvyi ba Diaspora bafise impano ariko bigora kugira bazishire…
Inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyikazi Iry Tina yamenyesheje ko akaririmbo kiwe gashasha kazoshirwa ahabona kuri uyu wa 5. Ubwo butumwa bukaba bwatanzwe n’uwo muririmvyi nyene aho yakoresha urubuga rwiwe rwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.