Havyutse ikibazo c'uko Mb Data yatumiwe mu giteramo ca Sheebah kiriko gitegurwa na Dj Paulin, ariko B Face ntiyabasha gutumirwa, kandi bafitanye indirimbo nshasha bakoranye, banarikumwe na Dj Paulin ari nawe ariko!-->!-->!-->…
Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo. Inyuma y'uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y'igihe yaramaze!-->!-->!-->!-->!-->…
Sugar niryo zina ry'ururirimbo umuririmvyi Masterland agiye gusohora inyuma y'indirimbo Nzobikora yari imaze igihe kitarigito isohotse. Masterland agiye gusohora indirimbo yambere muzisazwe ziri mu rukurikirane!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'igihe gito cane uyundi arakurikiye umuntu akibaza ko atoba ari intango yo kuzimanganya umugwi wabo kuko abari bawugize bariko baragenda kamwe kamwe. Abo si abandi ni Swagg team isigayemwo imparugwa aho ubona ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Belle Nice ngo naho vyoshika umukunzi wiwe ariwe Sat B akamuheba umuziki ntiyowuheba yobandanya. Naho vyoshika agahebana n'umukuzi wiwe akazi k'ugukora imiziki yiwe yokabandanya kuko ngo yatanguye!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho muri Bantu bwoy ataco barabivugako bwite, Wawa wewe aremeza ko ubu abarizwa muri uwo muryango w'abaririmvyi, ubazwa Big Fizzo. Mu kiganiro Be news, Spok's yemeza ko Wawa yamubwiye ko ubu atakibarizwa muri Kim!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo dutandukanye amaze gushira ahabona, Holy Cost, Igira Neza, Amahoro yanje n'amateka, uwo muririmvyikazi yahoze muri Redemption Voice yashize ahabona akandi karirimbo gashasha, ako nako!-->…
Ni inyuma yo kuba ari mugacerere kadasanzwe aho vyamenyekanye ko habayemwo n'ikibazo co gukikwa n'amagara. Uwo s'uwundi ni Miss Erica aho ngo abwirizwa gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha kaje gakurikira!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kwemeza ko bagomba gusohora ibikorwa vy'abana ba Empire Avenue bashize ahabona uwugomba gukurikira inyuma ya Nkuyakuya ya Best Life Music Sabo ya Belle9ce niyo igomba kuja ahabona kur'uyu wa gatanu!-->!-->!-->…
Don Brighter mugihe yaramaze ikiringo c'indwi zirenga zitatu muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko ariko arakora ibikorwa bitandukanye vyumuziki ubu abarizwa muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Inyuma yo kuza mugihugu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.