Iyirukanwa ry'umuririmvyikazi Yvonne Chakachaka ku butaka bw'Ubuganda aho yari yajanywe n'ugukora igiteramo muri ico gihugu, vyavugishije abatari bake, mbere n'abakomeye muri Afrika y'epfo. Amakuru…
Umwana w'imyaka 11 yahatswe gufatwa ku nguvu muri Captown ku musi wa Bonne Année aho yari yajanye n'abavyeyi biwe kuri Piscine kuryoherwa. Mu gihe abatari bake muri afrika y'epfo baryoherewe umwaka…
Denis Sesou Nguesso agiye gusubira kwitoreza kuba umukuru w'igihugu, inyuma y'ukumara imyaka 35 ku butegetsi bw'ico gihugu. Denis Sessou Nguesso yasubiriye kandi kwizerwa n'umugambwe akomokamwo PCT ngo…
Les candidatures pour la 6e promotion du programme d’entrepreneuriat de la Fondation Tony Elumelu sont maintenant ouvertes. La Fondation Tony Elumelu (TEF), la principale organisation philanthropique africaine axée sur…
Abarenga 70 nibo bivugwa ko bahitanwe n'igisasu cari giteze mu modoka ku murwa mukuru wa Somalia. Ico gisasu kikaba caturikiye mu kibanza c'igenzura ry'umutekano, ku masanganzira akunda kugenderwa cane mu…
Imigenderanire hagati ya Zambia na Leta zunze ubumwe za Amerika ishobora gutosekara bikomeye. Ivyo n'ibiboneka mu majambo aheruka gushikirizwa n'ayo ma Leta yose. Inyendamuvano ngo ni urubanza rw'abagabo 2…
Mu gisagara ca Kinshasa aba polisi 2 bagandaguwe na mugenzi wabo uwo yabagandaguye bikaba vyashikirijwe ko asanzwe agwaye mu mutwe, nkuko vyashikirijwe n'umwe mu ntwazangabo zo muri ico gisagara. Uwo musirikare bivurwa…
Abadandaza umubiri bashobora kudasubira guhohoterwa n'abajejwe umutekano, inyuma yaho imwe mu ma sentare yo muri Abuja isabiye indishi y'akababaro abari bamaze imyaka 2 bafunzwe. Aho bukera abakobwa badandaza…
Igisirikare ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo kimenyesha ko kuwa gatandatu w'indwi iheze catahukanye abarwanyi b'Urwanda 71 baheruka gufatwa mu rugamba rubandanya rwo kurwanya imirwi y'abarwanyi muri…
Urwanda rwakuye amakori kuma Cotex ngo bikunde abigeme bazibura batangure baronke uko bazironka bitabagoye. Urwanda narwo rwahambije ibindi bihugu birimwo na Kenya mu gukura amakori (TVA) ku nyambaro abigeme…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.