https://www.youtube.com/watch?v=37rxy3pL9aE Abatari bake mu baforomakazi bo mu gihugu ca Ghana barafise ibibazo bikomeye bijanye n’ukutarongorwa, iyo ikaba ari imyidogo yashikirijwe na bamwe mu kiganiro bahawe n’ikinyamakuru…
Nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu kwisi OMS, umuntu umwe akuze kuri batatu ararwaye indwara y’umutima. Ivyo ngo biri uko mu gihe umwe kuri cumi nawe arwaye indwara y’igisukari izwi…
https://www.youtube.com/watch?v=avN1PM95Izo Jerry John Rawlings uwahoze ari umukuru w'igihugu ca Ghana yitavye Imana kuri uyu wa kane nkuko amakuru yiriwe arakwirakwizwa hirya no hino yabishikirije. Akaba azize ingwara…
Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure inyuma y'amezi arenga indwi yugawe kubera ikiza ca koronavirisi. Abanyeshuri biga mu myaka ya nyuma y’amashuri akora ibibazo vya Reta mu bice bitandukanye, nibo bemerewe…
Inyuma y'amezi arenga atandatu yari aheze ikibuga ca Entebbe muri Uganda cugaye kubera ikiza ca koronavirisi, ikigo kijejwe ibijanye n'indege casubiye kwugurura ico kibuga. Naho biri uko, ingenzi zisabwa kwerekana…
Itegeko riha uburenganzi abana b'abakobwa gukuramwo inda mu gihugu kibany ic'Urwanda ryahinyanyuwemu mwaka wa 2018, ngo ryabaye ngirakamaro ku bakobwa barenga 150,000 bakuriwemwo inda. Iryo tegeko rikaba riha…
Intara imwe muri Nigeria igiye gutangura guhana bimwe vy'akarorero agabago bahamwe n'icaha co gufata ku nguvu abagore. Buramatari Nasir Ahmad El-Rufai wa Leta ya Kduna, iri mu buraruko bushira uburengero…
Mu gihe umukinyi w'amareresi muri Tanzania Wema Sepetu abandanya kugwana ngo azoronke umwana, inyuma yaho aviriye mu mahanga kwivuza, uwo mugore yahavuye asubira kandi kugira ico abivuzeko. Mu kiyago aheruka guha imwe mu…
Abana bakiri bato b'abigeme batwaye inda muri bino bihe vy'ikiza Corona Virus ngo n'umurengera nkuko amakuru dukesha ibimenyeshamakuru mpuzamakungu abishikiriza. Abana b'abakobwa bagera ku 4000 nibo bamaze…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane urimwo abakinyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.