https://www.youtube.com/watch?v=cGgCkPeUxWg Inkozi y'ikibi yihaye inkumbi itemagura umusirikare, abandi 3 abica abarasishije inkoho yo mu bwoko bwa Pistol ya nyene gutemagurwa. Gushika ubu ntiharamenyekana ico vyoba…
https://www.youtube.com/watch?v=mQCKJQHs-eY Naho hari inkingo mirongo ziriko zirageragezwa hirya no hino kw'isi, urwakozwe n'amashirahamwe 2 arimwo iryo mu budagi n'iryo muri Amerika rwo rutanga icizere cane.…
https://www.youtube.com/watch?v=QIrS9_zhObQ Abasanzwe babarizwa mu buhindi "Inde" guhera kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 6/11 barashobora guhanahana amafaranga bakoresheje Whatsapp Pay, ako kakaba ari akandi…
Umumenyerezi Diego Maradona ngo abarizwa mu bitari nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Goal abishikiriza. Uwo mumenyereza w'umunya Bresil kandi akaba umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka muri kahise mu mukino…
https://m.youtube.com/watch?v=OKJHURbHMVY Urukuru rugize imisi ruhari kuri Lionel Messi umukinyi wa Barcelona akomoka mu gihugu ca Argentine, nuko ashobora kuja muri manchester City mu gihe azoba arangije amasezerano yiwe…
Umwitwrariko w'ambere w'abarundi baba i Roma ngo ni ukurondera abafatanya bikorwa bazana imitahe yabo hano mu gihugu cacu, na cane cane mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. Mu ntumbero yo gushitsa icifuzo…
Baciye ku rubuga rwayo rwa Twitter " The Nobel Prise" ,kuri uyu wa gatanu , comité ya Nobel y'i Norvège yashikirije agashimwe k'amahoro "Prix Nobel de la Paix " ishirahamwe PAM ku bwo kwitanga…
Urumogi ngo n'igiterwa ciza cane, kitagorana iyo wagiteye. Ivyo n'ibishikirizwa n'umwe mu barimyi b'ico giterwa mu bufaransa. Ico giterwa gisanzwe kitemewe mu bihugu bitari bike, ubu ngo kirijukiwe cane…
Derek Chauvin , yahoze ari umuporisi akaba ari nawe yagirizwa urupfu rw'umunyamerika w'umwirabure George Floyd yanize amupfukamye mw'izosi, yanamupfunze amapingu mu mugongo yaraye arekuwe ivy'agateganyo.…
Singapour yemereye amafaranga atari make abavyeyi bashobora kuvyara muri bino bihe ico gihugu co kimwe n'ibindi vyugarijwe n'ikiza ca Corona Virus. Nkuko amakuru dukesha BBC abishikiriza, ngo integuro y'ako…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.