Nk'uko tubibona mu gitabo canditswe n'uwitwa ANTHONY ROBBINS citwa' Aweken the Giant within ", turabona aho ashikiriza ko , kimwe mu vyogutuma uvyura igihangange kiri muri wewe , ari ugufata ingingo.…
Nk'uko nyakubahwa Umukuru w'Igihugu cacu yigeze kubishikiriza aho yari mw'ikoraniro, yaraduhanuye ko twoza turasoma n'ibitabo, hejuru y'ibindi binyuramye dukora na vyonyene tukavyita ngo ni ugusoma.…
Mu gitabo canditswe n' uwitwa Brian Tracy citwa, "The power of self-discipline" mu kigabane yise" Self-discipline and Responsability'' uwo mugabo araduha umuco woshobora kudufasha natwe…
Qu’est-ce que la jalousie ? Dans le livre " les 7 péchés capitaux ou ce mal qui nous tient tête" écrit par Pascal IDE ET Luc ADRIAN, la jalousie est définie sous deux aspects : la tristesse de ce qu’a l’autre et la…
Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane mu buryo bw'impwemu kuko kanatsinda uyo muhisi ivyo…
Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko, ziba zarakuboshe.…
Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje inyifato y'umuntu, maze bayigereranya…
URUKUNDO RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu buryo…
Mu buryo bw'impwemu rero nk'uko abahinga babimenyesha, ni ho mamuko y'ibidushikira vyose aho tugeza amaso. Abo bahinga baravuga ko , nk'akarorero, umuntu ashobora gusanga agize nk'uruhere ku mubiri,…
Uwu musi igenekerezo rya 10, ni umusi mwiza kuri wewe kugira ngo uhindure ibintu. Uwu musi, Urashobojwe guhindura ivyo vyose vyari biguhanze. Hari ivyo tubamwo, natwe tukabona biriko biratujana mu mahonero yamara…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.