Inzira mu mutwe zarabaye umuharuro. Aho dushitsa amaso, niho duheza tukifuza gushika." Naka yarize, ahejeje kwuga aca araronka akazi , arose akazi aca arubaka, none ubu arafise imodoka hamwe n'abana, arambara…
Igitabo citwa " The power of positive Thinking " canditswe n'umwanditsi yitwa NORMAN VINCENT PEALE kizogufasha cane, mu kiringo wofata umugambi w'ukugisoma , incuro nyishi zishoboka. Ico gitabo…
Nk'uko tubisoma mu gitabo citwa Think and Grow Rich , canditswe na Napoleon Hill, turasanga mu rutonde rw'ibituma umuntu ataronka ingoga zikwiye kugira ashike kuvyo yifuze, harimwo ico yise " Fear of Poverty,…
Imwe mu mpanuro, umwanditsi Brian Tracy atanga mu gitabo citwa " The power of self discipline" n'uko m'uvy'ukuri umuntu ubwiwe, ufatiye uko aremye n'ivyiyumviro vyiwe ngo ariwe akwiye…
Selon Mathieu 6:33 " Cherchez premièrement le Royaume et la justice de Dieu, et toutes ces choses vous seront données par dessus". Décidez aujourd'hui de chercher ce royaume et la justice de Dieu et vous…
" La plupart des gens considèrent la vie comme une bataille, or la vie n'est point une bataille mais un jeu. C'est un jeu, cependant, où l'on ne peut gagner si l'on ne possède pas la connaisaance de…
Usesanguye hirya no hino mu bitabo vy'aba badutanze guca urwevu, urateba ukagenda uraca urwevu buhorobuhoro kurya mu mutwenzi umwiza ugenda urakinjura buhoro buhoro , maze umuco nawo ukagenda uratamanzura , ata nkomanzi…
Abahinga mu mibereho y'umuntu, no bijanye n'ukwinginga( persuader) abantu barakuremesha. Mu kiringo ubwiye umuntu ikintu agashoka avuga ngo "oya" kenshi rero ngo ntaba yatahuye n'ivyo wamubariye.…
Ko ukomeye, ko ubwonko bwawe bugikora, ko ugishoboye kwiga , ko uzi gusoma n'ukwandika, ko ushobora kuba uzi n'igifarasa hamwe n'icongereza uko coba kingana kwose aho uri ku gahiye! Ni ukuvuga ko…
Abahinga mu buryo bw'impwemu barabitohoje basanga mu kanwa kawe hari inkomezi zikomeye cane. Urafise muri wewe inguvu z'ugutegeka ibintu bikagenda uko ubishaka. Muri izo nguvu rero , urafise ubushobozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.