Abahinga mu bijanye n'ibibera mu mpwemu baravyihweje basanga vy'ukuri ngo umuntu arashobora gutakara, agatakarira muri we nyene. Ivyo navyo muti vyoba gute? Uko rero dusesanguye hirya no hino tubona n'uko ,…
Muri Restaurant y'ubuzima bariha imbere y'ugufungura. Hariho igiciro utegerezwa kuriha kugira ushike ku masonga. Aha ku masonga mwotahura, gushika ku rugero rw'imboneza.( Leader) aho uzoshika ejo ugashobora…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Ubu nta nkeka ko wamaze guhitamwo ico uzoba uri mu myaka iri hagati ya 5 na 7. Nta nkeka ko umaze kwama ufata iminota 30 ku musi ugerageza kubona isanamu y'ico uzoba uri, amafaranga uzoba ufise, ibiro uzoba ufise, uko…
Ndacari muto, ubu nyene ko uri mu kiringo c'ukwubaka ingoro uzobamwo mu myaka izoza, igihe iyubaka rizoba ryararangiye. Iki nico gihe uriko urabiba, ubagara akarima kawe mu kurindira ko imyaka y'ukwimbura igera.…
Ugasanga rero hariho imiyabaga, iheza igahendwa cane n'ubuto, igaheza igahava yibaza ngo bizohora uko. Abo ni bamwe bama bivugira ngo ndacari muto, ivya kazoza ukamengo ntibibaraba. Abo ni bamwe, abagize ngo…
Abahinga baciye urwevu imbere yacu bamenyesha ko igihambaye burya atari icamwa. Igihambaye nyabuna ni urugemwe. Intango niyo ihambaye. Mu gihe rero abahinga bariko bararondera insiguro itomoye y'ugushika ku masonga(…
Mu gitabo canditswe n'uwitwa Joseph Murphy, citwa " The power of your subconscious mind", arerekana ibitari bike vyerekana neza ko hari ibintu vyinshi dukwiye kumenya bidahuye cane n'ivyo twigishijwe…
Uko twagiye turatohoza muvyo abaciye urwevu imbere yacu bavyanditse, twasanze koko umuntu ibimutera ingorane, inzitizi ziwe afise ziri muri we nyene. Ivyo vyose bigushikira bigushikira kubera hari ibiri muri wewe nyene…
Abahinga babiciye irya n'ino, basanze abantu benshi vy'ukuri batazi ico amafaranga ari. Ikindi naco bavuga n'uko ngo , burya tutaronka amatungo kubera mw'itsitso rya kameremere kacu hariyo ivyiyumviro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.