Ishirahamwe ryitaho abapfungwa hamwe n’imiryango yabo «Ntabariza-SPF », ryatunganije kuri uno wambere igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka w’2020 mu ntara ya Cibitoke, uruganda rwo gukaburira ubwenge urwaruka rusanzwe ruri mu…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye yasubiriye kwibutsa abategetsi ko bokwerekana ubutunzi bafise, kugira ikiringo cabo nicarangira ntibaze bagerekweko inkono ishushe ngo barivye kandi…
Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora…
https://youtu.be/oZSl3fhzRDw Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n'amakungu. Biri mw'ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero…
Mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ijambo rijanye n’uwo musi udasanzwe agira ati : “Barundi, Barundikazi, Bakunzi…
Imbere yo kurangiza ijambo yashikirije abarundi n'amakungu kuri uno wa kabiri mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste…
https://youtu.be/Vo4WGrWHsHE Umushikiranganji wa mbere niwe arongora Reta agakurikiranira hafi ibikorwa vyayo nkuko biri mw’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi ryo mu mwaka w’2018. Mu gihe atanze imihoho, umushikiranganji wa…
Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni hamwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza barahiye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ruheshi 2020 ko binjiye muri ayo mabanga. Bari imbere y’umukuru…
Mu gisagara ca Gitega ibibanza bitandukanye harimwo ivyibutso vy'uwiguze intahe yo kwikukira n'incungu ya demokarasi hamwe n'amabarabara biriko birasigwa. Ivyo biriko birakorwa mu ntumbero yo kwitegurira…
Ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu buhamagarira abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi hamwe n’amashirahamwe mpuzamakungu kuzokwitabira ibirori vyo kwimika umukuru w’igihugu mushasha, Général Major…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.