Dans un point de presse à l'issue d'une réunion organisée à l'intention des leaders des 36 partis agréés au Burundi et des représentants des 18 provinces y compris la Mairie de Bujumbura, Pascal Barandagiye,…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye yari umutumire mu nama nshingamateka kugira yishure ibibazo vy’abatowe…
Mw’ijambo ryiwe ryamaze iminota mirongo itatu, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Ezechiel Nibigira yari yaserukiye Reta y’Uburundi mw’ikoraniro kaminuza rya ONU rigira 74, yamenyesheje abari aho…
Mu kiganiro umuvugizi w’ubushikiranganji bw'umutekano n'ugutabara mu bihe vy'ibiza n'isibe OPP1 Nkurikiye Pierre yahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Nyakanga…
La jeunesse burundaise est appelée à jouer un rôle positif au cours des prochaines élections générales nationales prévues en 2020. C'est ce qu'a déclaré ce lundi 16 septembre 2019 Mme Evelyne Butoyi, Ministre de la…
Mu micungararo ndetse no mu gisagara hagati i Johannesburg ubutunzi butegukira abavuka gihugu ba Africa yepfo bwarasahuwe urukombamazi abantu baricwa bunyamaswa kuva mu mpera z'indwi twaraye duhejeje. Iyo nyifato…
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Antonio Guterres ari mu rugendo rudasanzwe mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Kongo kuva ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 31 Myandagaro…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka w'2019, umushikiranganji w'intwaro yo hagati, inyigisho zo gukunda igihugu n'iterambere ry'abenegihugu, Pascal Barandagiye yagendeye impunzi…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 17 Mukakaro umwaka w’2019, umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yakoranije inama nshikiranganji mu ngoro yitiriwe umwami Ntare Rushatsi. Urutonde rw’ivyizwe kuri uno…
Inama nkuru ya gisirikare irongoye igihugu ca Sudani imenyeshako yahagaritse yongera iburizamwo igikorwa co gutembagaza ubutegetsi cashaka gukorwa n’abasirikare bamwe babakukuruke,abakiri ku kazi hamwe n’abantu bamwe bakora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.