Iryavuzwe riratashe vyari vyavuzwe kuva mu mwaka wa 2019 y'uko umwanya n'umwanya abakinyi batatu b'umugwi Aigle Noir bashobora kwerekeza muri imwe mu migwi y'iburaya canke Afrika ivyanatumye bamwe mu…
Barundi, Barundikazi, Bakunzi b’Uburundi; Turasozereye umwaka w’2019, twinjiye mu mwaka mushasha w’2020. Imana Mushoboravyose yazigamye Uburundi n’Abarundi muri uyu mwaka turangije, ikatuja imbere mu migambi ihimbaye…
Mu rugendo rwiwe yakoze mu ntara ya Bubanza ari kumwe n'uwusanzwe arongoye Kazoza Plus, ni Sat-B yakiranywe urweze n’abanyeshure biga muri Kwizera Trade School ndetse n’abari bateramiye muri ico kigo ca Kwizera Academy.…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 18 Kigarama umwaka w'2019, umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yari yaramutse agirisha inama abakuru mu gisirikare no mu giporisi mu ntumbero yo…
Abarundi ngo twari dukwiye guheba poubelle tukijukira ivy'iwacu, kubona twambara impuzu ziva mu bazungu bakarungika muri Africa kandi natwe twifitiye impuzu zimeze neza nk'impuzu z'igiti zimeze neza. UCOCO…
Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi c’Ubuganda inyuma…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Kigarama 2019 niho umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo asanzwe kandi atwara umugwi Aigle Noir n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB…
Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri stage ko hagati yabo atakibazo ahubwo abantu bavyitiranya. Inyuma yaho haragiye…
Umushikiranganji Pascal Barandagiye ahamagarira ba buramatari hamwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura gukoresha ububasha bwose bafise maze batuze abariko baraduza uko bishakiye ibiciro vy’umwavu wa FOMI hamwe n’isima ya…
Umuririmvyikazi w’umurundi Natacha abandanya avyifatamwo neza mu bihugu vya EAC na cane cane mu gihugu c’Ubugande aho yaheruka gukorana na Fik Fameica wo muri ico gihugu nyene indirimbo Unaionaje, ubunaho akaba yasubiye …
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.