Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu kibanyi c’Urwanda. Ivyo bikaba bibaye mu gihe mw’ijoro…
Mu rwandiko ibiro vy’umukuru wa Reta Zunze Ubumwe z’Amerika Donald Trump vyaraye bimenyesheje inama nshingamateka y’ico gihugu ko ingingo ishira Uburundi mu bihe bidasanzwe ibandanya. Muri ubwo butumwa umukuru w’igihugu…
Ngo ikiranga umukozi w'Imana n'ubushingantahe kandi ntiwoja guhanura ingo n'imiryango nawe atarugo rw'akarorero ufise. Iyo niyo mvo yatumye Moses afata ingingo yo gushinga urwiwe. Moses yamenyekanye…
Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au Burundi « ACOPA-BURUNDI » na Union des Artistes du…
Amakuru dukesha bimwe mu bimenyamakuru bikorera ku butaka bwa Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo amenyesha y’uko uwo mumenyeshamakuru yagandaguwe mw’ijoro ryo kuwa gatandatu uheze buca ari kuw’Imana. Uwo…
Uwahoze arongoye vy’imfatakibanza igihugu ca Burukina Faso, Michel Kafando yaraye arangije ikiringo ciwe co guserukira nk’intumwa idasanzwe umunyamabanga mukuru wa ONU mu Burundi. Agishingwa ayo mabanga, Michel Kafando yari…
Godfrey Wamala azwi nka Troy yagiriwe n'icaha co kugandagura umuririmvyi Moses Sekibogo benshi bari bazi nka Mowzey Radio. Mowzey Radio akaba yishwe mu mwaka uheze w'2019, inyuma yo gukubitirwa muri kamwe mu…
Amakuru dukesha radiyo y’abongereza BBC avuga ko Pastori Lamec Barishinga yemewe n’uburongozi bw’aba adivantiste kw’isi yose nk’uwongoye ishengoro ry’abadivantiste bu munsi w’indwi mu Burundi ariko atemewe mu bushikiranganji…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze, igenekerezo rya 25 Gitugutu umwaka w’2019 mu ntara ya Rumonge haraguye imvura idasanzwe ivanze n’umuyaga ibomora amazu y’abantu agera kuri 36 n’ikirase kimwe. Iyo mvura ikaba…
La Tanzania Telecommunications Corporation (TTCL) a signé mardi un accord avec Burundi Backbone Systems (BBS) visant à fournir des services d'internet à haut débit au Burundi. Cet accord de six millions de dollars…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.