Abakokayi batatu bakorera ku bituro vy'imiduga i Buta no mu Kivuruga muri komine n'intara ya Bururi baridegemvya kuva kuri uyu wa mbere, inyuma y'indwi hafi bapfungiwe mu gasho k'igipolisi i Bururi.…
Nk’uko vyashikirijwe n’ubushikiranganji bujejwe umutekano, ugukinga no gutabara mu bihe vy’isibe n’ibiza bubicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwabwo Twitter, ubwo bushikiranganji bumenya ko kuri uno wa kabiri igenekerezo…
Uko rero imyaka igenda irongerekana niko ibintu bitari bike bigenda biratituka. Umwanya, rimwe na rimwe, rero uraheza ukamera kurya kw'ima rijojotera ku rutare rigateba rikarubozora rikazoteba rikasuga ku gasya!…
Abarundi bose baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika bahurikiye mw'ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA) bakiranye igishika umuserukizi mushasha yaje kuvugira no guserukira Uburundi n'abarundi muri Reta…
Igihe yariko agendera akarere ka Tanganyika mu ntara ya Katave hafi y’urubibe igihugu ca Tanzaniya gihana n’Uburundi, umukuru w’igihugu John Pombe Magufuli, yabwiye abarundi bari mu makambi y’impunzi ko botangura gutahuka…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 2 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji wo gufatana munda yatanze imfashanyo ku miryango ya bantahonikora bari mu mazone ashika kuri atatu yo mu ntara ya Ngozi. Iyo mfashanyo igizwe…
Mw’ijambo ryiwe ryamaze iminota mirongo itatu, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Ezechiel Nibigira yari yaserukiye Reta y’Uburundi mw’ikoraniro kaminuza rya ONU rigira 74, yamenyesheje abari aho…
Papa Francis wa mbere aranegura ibihugu bigurisha ibigwanisho kw’isi ariko bikanka kwakira impunzi zihungiye mu bihugu vyabo mu gihe bimwe mu bituma izo mpunzi zihunga ari intambara zivyo bigwanisho biba vyagurishije. Ivyo…
Mu kiganiro umuvugizi w’ubushikiranganji bw'umutekano n'ugutabara mu bihe vy'ibiza n'isibe OPP1 Nkurikiye Pierre yahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Nyakanga…
Ikiziga c’uwahoze arongoye igihugu ca Zimbabwe Robert Mugabe caraye gishikanwe muri Zimbabwe kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Nyakanga 2019 kivanywe muri Singapour aho yapfiriye mu mpera z’indwi iheze mu ntumbero yo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.