EntertainmentEsther Nishkirundi

Esther Nish kuba yaracanyemwo na Buk Label ngo ntibikiri ibanga

Nishimwe Esther azwi cane kw’izina rya Esther Nish, ni umwe mubaririmvyikazi abandanya avyifatamwo neza mukazi kiwe k’umuziki

“Umbamwo ” n’indirimbo yakoranye na Kidumu ikaba ariyo yatumye kumenyekanirako cane.

Ibikorwa vyiwe yabandanije abikora ukuri kwamye ku giti ciwe inyuma yaho ahava aronka label( Buk label)

Mu nyuma biza kumenyekana ko atakiri muri label, nayo
icatumye avayo kikaba ari co uruganda rwa indundi Magazine rwahavuye rumuronderera :

Indundi: Ivyo twumva ko wavanye na label hari umuco woduha?

Esther Nish:Twaracanyemwo gato ariko ubu duheruka kwumvikana

Indundi: nimba atari ibanga mwotubwira icaricabitumye

Esther Nish: Hhhhh Nibanga ry’akazi.

Indundi:kuba mwasubiranye ku bwanyu urumva kw’ibibazo vyakemutse?

Esther nish :cane goseee

Indundi: akajambo kamwe ku bakunzi ba Esther Nish

Esther nish :ndabakunda vuba bitege video ya come See Afrika ndiko ndanategura Album.

Twarangije tumushimira twongera tumwifuruza kuroranirwa.
Nuvwo Nish yavuze ko ivyo bapfuye ari ibanga ry’akazi, umuntu ashobora kwibaza ko koko icuka kibi cahavuye bagiye gukorana ukuri kwamye?
Ibi nibindibibazo vyose mufise mu muziki ndundi bandanya ukirikirana Indundi Magazine vyose muzobirinkera inyishu,
Turabakunda nkuko namwe mudukunda.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550