Entertainmententertainment Promotedhomepage

Finya ryoba ariryo zina ry’ururirimbo rugiye kuzosohorwa na Bain Turo

Inyuma yikiringo kitarigito ataboneka kandi afise ubuyobozi bumufasha ivyakazi kumuziki haba kuruhande rw’indirimbo canke amasanamu ni Bain Turo agiye gusubira kugaragara mukazi kiwe .

Abicishije kumbuga asazwe akoresha aramenyesha kohasigaye ngumwanya urume rumara ururirimbo Finya rugasohoka indundi magazine yagerageje kumwegera rwimenya namba indirimbo izosohoka ryari akaba atashimye kuvuga umusi rwariko abakunzi ico bomenya nuko arindirimbo ariwenyene atawundi barikumwe kandi izoza rwimeze neza kubakunzi bumuziki bose.

Mwomenyako uwo musore kuva acinjira muri Label ya Empire Avenue harihaheze ikiringo nkingana numwaka urenga ataruririmbo narumwe barashobora kumukorera aho yaheruka kugaragara mundirimbo yiwe ya Challege y’Intamba mu Rugamba mugihe twarituramutse turonka akaryo kokuja muri CAN iryambere kuva Uburundi bwokwitwa Uburundi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 722