IKIRUNDI_news

Ibitamenyerewe i Bujumbura, i giteramo kiryoshe kandi mu kibanza ciza| Fete de lamusic 2021

Kuri uno wambere igenekerezo rya 21/6/2021 mu Burundi abaririmvyi ntibatanzwe guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umuziki n’akazi kabo.

Ku kigo ndangamuco c’ abafaransa mu Burundi, babanje kwugara ibarabara rica kw’irembo ryaco, niho bubatse ihema ry’i giteramo.
Abaririmvyi bari kurutonde sibo gusa baririmvye kuko hari n’abandi baje baratanguza ibirori.

Abaririmvyi nka Ester nish,Bernice the belle,Aleta……..nabandi bahabwa ijambo.

Ibirori vyari bibereye ijisho, ku bakunzi b’umuziki bashoboye kuvugana na indundi magazine
bavuze ko ubu bafise icizere ko umuziki ugiye guhabwa agaciro mu gihugu c ‘ uburundi ndetse n’abaririmvyi bagiye kwogorora ku mvo zuko babona ko umuziki uriko urahabwa agaciro gushika aho bugara amayira.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037