AgricultureBurundiDevelopmentkirundiyouth

Iki nico urwaruka ruhamagarirwa gukora kugira rwiteze imbere

Urwaruka ruhamagarigwa kwijukira ibikorwa vy’iterambere mu gukorera hamwe.

Ako ni akamo batewe n’umushikiranganji Ezéchiel Nibigira mu gihe kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 yari yaramutse agendera urwaruka n’abakenyezi bo muri komine Isale intara ya Bujumbura, biteje imbere mu kworora inkwavu.

Ezéchiel Nibigira abasaba kandi kudasigara inyuma mu gushinga imigwi y’urwaruka ruri hamwe mu bikorwa vyo kwiteza imbere kugire nabo bazoronswe ingurane zigiye gutangwa biciye mu kigega c’ibanki  y’urwaruka Reta y’Uburundi iherutse gushiraho.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 514