BurundiEconomyhomepageIKIRUNDI_news

Ikigo OBR kiramutswa umuyobozi mushasha

Ikigo c’igihugu kijejwe kwegeranya amatagisi n’amakori OBR kiramutswa umuyobozi mushasha.

Kuri uno wa kane igenekerezo rya 16 kigarama 2021 ku cicaro gikuru c’ikigo c’igihugu kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR niho haba ibisikanya mu burongozi bw’ico kigo.

Commissaire général Jean Claude Manirakiza niwe yagenywe kugira ngo asubirire Munyeshongore Pacifique yahora aramutswa ubuyobozi bw’ico kigo OBR.

Muvyo amusigiye harimwo kubandanya kwukaba ibiro vy’ico kigo hamwe no kurwanya igiturire.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 719