AnimalsFashionFunnykirundiVideo

#imideri Times|Cibitoke Ricing Fashion| Basaba abatware bo mu CIBITOKE kubashigikira

Muri kino gihe abarundi na cane cane urwaruka rwijukiye gukora ibikorwa bihinguwe n’amaboko yabo (Made in Burundi), rurasaba indogozi kubashigikira, inyuma y’intara za Bujumbura Mairie, Ngozi na Gitega ubu hagezweho Cibitoke.

Cibitoke ricing Fashion rikaba ari ihayanishwa ry’ivyaranguwe n’abanye cibitoke ubwabo, rikaba rifise intumbero nyamukuru ryo kurata ivyiza vyo mu  Cibitoke ndetse n’ukwerekana ko abanyecibitoke bafise vyinshi bashoboye.

Amaze kwemeza ko uwo musi bawiteguriye bidasanzwe,Bedel Niyonkuru aramutswa inzu y’imideri izwi nka Timiza Fashion, ahamagarira indongozi z’intara, abadandaza, abafise inzu za ba mukera Rugendo gushikira abo ba nya Mideli kuko akunguka ari ka nini ku mapande zompi.

Ivyo n’ibindi vyinshi mushobora gukurikirana mu majwi n’amashusha mu kiganiro hano musi

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 457