kirundi_entertainment

Imirwi yashitse mu gice gishira icanyuma yamenyekanye

Mu makuru yacu duheruka kubashikiriza twarababwiye ko Duniano afadikanije na Kim Franc record ku ndirimbo yiwe aheruka gusohora Mpakakuche.

yari yahaye amahirwe ababishoboye bose gutamba haheze haboneke batatu bambere bitahukanire amahera.

Imirwi 18 niyo yari yashoboye kubikora ariko ngo haburana babiri hagatsinda umwe
imirwi 5 izoshika mu gice gishira icanyuma yamenyekanye.

_super nature
_k Shan dancer
_greatest champion
_MoB star
_Toz dancer

Murabo hakaba hakenewemwo gusa imirwi 3 n’ukuvuga Ko hasigaye gusezerera imirwi 2
hasigare batatu.
Uwambere azoronka ibihumbi 300 uwakabiri 200 uwagatatu 100.
Umusi canke ikibanza bizoberamwo bazobimenyesha hanyuma.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037