BurundihomepageIKIRUNDI_newssociete

Imiryango irenga 40 y’impunzi z’abarundi yahungutse

Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2021, hakiriwe imiryango y’abarundi irenga 40 ihungutse ivuye mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo.

Iyo miryango yahungutse ikaba ari 46 igizwe n’abantu 246 bahora mw’ikambi y’impunzi ya Lusenda mw’ikambi bakaba bashikiye mu nkambi y’imfatakibanza y’i Gihanga aho bazomara iminsi 3.

Ubuyobozi bukuru bujejwe gutahukana impunzi mu bushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano bumenyesha ko benshi bava mu ntara zo mu kiyaya c’Imbo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 718