Inkino

Abakinyi 25 b’abarundi bakina iburayi na America bagiye gushika mu Burundi

Mu ntumbero yo kurondera impano z’abakinyi b’ababarundi bakiri bato bakina mu bihugu bitandukanye vy’iburayi hamwe no muri reta zunze ubumwe bwa America FFB yifadikanye na Manager Mutima Constantin bahamagaye abakinyi 25  bakaba bitezwe gushika mu Burundi kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2021 kugira batangure imyimenyerezo  yo kwitegurira inkino za CECAFA U 23 zizobera  mu gihugu ca Ethiopie mu kwezi kwa Mukakaro 2021.

Ivyo vyose bikaba vyakozwe na Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constantin mu ntumbero yo gutangura kwitegurira wa mugambi wo kuja mu gikombe c’isi bita Vision 2026 igikombe kizoba muri America yo mubuseruko.

Aba nibo bakinyi 25 bagiye kuza mu Burundi :

1. Aladin Bizimana (Rfc Warnant, Belgique)
2. Tresor Anwar (Zvv Pelikaan, Pays-Bas)
3. Jordis Ntamagiro
4. Amoros Nshirimana (Willem II , Pays-Bas)
5. Jamir Naudts (Spartaan’20, Pays-Bas)
6. Hakim Mperanyi ( VV Virtus, Pays-Bas)
7. Hussein Uwimana (Carlisle united Pv, Angleterre)
8. Noah Niyongere (Fc Ekeren, Belgique)
9. Prince Niyongere (K.Groenenhoek sport, Belgique)
10. Hendrix Ndikumana (Union La Louvière Centre, Belgique)
11. Olivier Nigaba (Red River, États-Unis)
12. Chris Inganji ( Fcy New York, États-Unis)
13. Aime Banda (Sans club)
14. Nicholas Kashirahamwe (Fc Voiron Moirans, France)
15. Kean Ardric Boyayo (Fc Voiron Moirans, France)
16. Hilaire Moueny Obame ( SV Stadelhoffen, Allemagne)
17. Yussuf Hussein ( FCY New York, États-Unis)
18. Justin Masudi (Dakota Fusion, États-Unis)
19. Shariff Ineza (IFK Nyköping, Suède)
20. Justin Ruhimbaza ( Upstatelonestar Fc, États-Unis)
21. Andy Dauwe (Ksk Tongeren, Belgique)
22. Crispaldinho Chubaka (RCS Verlaine, Belgique

23) Brandon Chebby

Abandi bakinyi ba 3 ni , Brandon Chebby , Chrispin hamwe na Oscar bashobora gushika inyuma y’igenekerezo rya 19 Ruheshi 2021.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037