Inkino

# Indundi Sports | Abakinyi ba Aigle Noir bagize isanganya bamwe bamwe batanguye gutora mitende

Inyuma yo kugira isanganya ryatumye bamara umwanya badakina abakinyi ba Aigle Noir The Fighters bamwe bamwe batanguye gutora mitende, ivyo bikaba vyanditswe n’uwatanguje uwo mugwi Aigle Noir Honorable Révérien Ndikuriyo.

Honorable Révérien Ndikuriyo akaba yanditse amajambo kuri facebook agira ati: «Inyuma yaho abakinyi ba AIGLE NOIR CS THE FIGHTERS bagiriye isanganya, bamwe batanguye kworoherwa. Abamaze kworoherwa bagiye gutangura mukubagirira Kinésithérapie na préparation physique kugira basubire mu kibuga guhangana na bagenzi babo bo muyindi mirwi mw’ihiganwa rikomeye cane rya PRIMUS LIGUE BURUNDI. »

Abamaze kworoherwa:

1.Tampo jeancy
2.Chris sadja mbede
3.Malumalu lex
4.Bonkoto Rolly
5.Musanga Henry
6.Nzosaba stive
7.Niyera Japhet
8.Bigirimana zouhaili
9.Ciza Freddy
10.Asmañ
11.Blachanrd
12.Dieu Merci
13.Thierry
14.Alain
15.Nicolas
16.Edouard
17.Kassim Nuhu
18.Josué Alberto
19. Evrard
20. Forme

Abakivurwa:

1.Yannick
2.Darcy
3.Eddy
4.Benjamin
5.Narcisse
6. Aimé Fales

Programme Réadaptation ( 2 semaines)
à partir du 6 Septembre:

*✓Kinésithérapie*

– Première séance : réadaptation musculaire et articulaire: Membres inférieurs + Ceinture pelvienne.

– 2e séance : Muscles du tronc et réadaptation de la Colonne vertébrale.

* 3e Séance : Ceinture scapulaire+ membres supérieurs.

*✓ Préparation Physique*

– Séance1: Proprioception( Bas du corps)

-2e séance : Proprioception+ Étirements passifs( Tout le corps)

– 3e Séance : Raffermissement musculo-articulaire( Tout le corps)

– 4e séance : Mouvements pour le tact des appuis

Twipfurize umurwi gusubira kubonekana mu kibuga kuwa 18-19 NYAKANGA 2021
i Bujumbura VS VITAL’O.

《IMANA IBAJE IMBERE》

WE ARE EAGLES, WE ARE THE FIGHTERS ».

Mwomenya y’uko mu bamaze kworoherwa harimwo abajanye n’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba mu gihugu ca Comores.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,037