Inkino

# Indundi Sports | Alexandre Lacazette na Martin Odegaar bashobora kuba bari mu rukundo

Biravurwa y’uko abakinyi babiri basanzwe bakinira umugwi Arsenal boba bari mu rukundo.

Ayo makuru akaba yemezwa n’ibinyamakuru bimwe bimwe ndetse harimwo n’abakunzi b’uwo mugwi Arsenal.

Abo bakinyi babiri bivurwa y’uko bari mu rukundo akaba ari Alexandre Lacazette hamwe na Odegaard, amatohoza akaba amaze gutangura gukorwa kuri abo bakinyi babiri kugira hamenyekanye ukuri kuri ayo makuru ariko arakwiragizwa.

Mwomenya ko atari irya mbere Lacazette yagirizwa ibibazo nk’ivyo vyo gushurashura canke vyo kurenga urugo, abantu bakaba babona y’uko uwo mugwi woba uriko urahabwa imivumo n’Imana bivanye n’ingene wama witwara nabi buri gihe ukinye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,036